Rigathi Gachagua

2023 - 3 - 2

Post cover
Image courtesy of "Pulse Live Kenya"

Ruto, Raila & Gachagua agree on one thing (Pulse Live Kenya)

Raila Odinga, President William Ruto, and Deputy President Rigathi Gachagua have spoken the same language for the first time since the August 2022 general ...

The Constitution recognises separation of powers," said Raila. It's not the role of the judiciary to make laws. It is now fair to say that Raila, Ruto, and Gachagua have agreed on the same thing for the first time since August 2022. “We have customs and traditions as well as the constitution. Gachagua added that the LGBTQ+ association is against our beliefs and that Ruto will act appropriately in regard to the matter since he is a Christian. We respect all our religions.

Post cover
Image courtesy of "BBC News"

Kenya: Ruto na Odinga barahuza mu kunegura ingingo ya sentare ... (BBC News)

Sentare ntahinyuzwa ya Kenya yashinze ko kwankira aba LGBT gushinga amashirahamwe yabo biteye kubiri n'ibwirizwa shingiro.

Ku wa kane, icegera c’umukuru w’igihugu Rigathi Gachagua yavuze ko kwemerera ishirahamwe riharanira uburenganzira bwo kwubakana hagati y’abasangiye ibitsina ari inzira yo kugerageza kwemera mu mategeko ibikorwa vy’aba LGBT muri Kenya, ivyo navyo bikaba biteye kubiri n’imibereho yo muri iki gihugu. Umukuru wa Kenya William Ruto n’indongozi y’abatavuga rumwe na reta Raila Odinga bavuze rumwe mu kunegura ingingo ya sentare ntahinyuzwa yo mu ndwi iheze yemereye abagiranira imigenderanire mpuzabitsina babisangiye (LGBT) kwemererwa kwandikisha mu mategeko amashirahamwe yo guharanira uburenganzira bwabo muri Kenya. Kenya: Ruto na Odinga barahuza mu kunegura ingingo ya sentare ku ba LGBT

Explore the last week